Ngaho, cuídense, pay atention, fanya hange
Ivyaduka vyarateye, keba na yo
Hakuna dawa et il y a pas de vaccin
De sida y coronavirus, ¡vete coronavirus!
Ntamukuru kandi ntamuto, imbere yayo bose barangana
Dutinye ico kiza kitubaha, cateye hano iwacu kumitumba
Kija mumakomine cak'indarooo, waja muma province ukagisangayo
Kirabangamiye kino gihugu cacu, ek'isi yose kiraturembeje
Ngaho, cuídense, pay atention, fanya hange
Ivyaduka vyarateye, keba na yo
Hakuna dawa et il y a pas de vaccin
De sida y coronavirus, ¡vete coronavirus!
Abantu burya natwe turagoye, twikwegera imbere y'urupfu ho bigoye
Baraduhanura ukuntu twokwirinda, natwe tuazibira amatwi yacu
Sida uyanduye ntaho wivuza, coronavirus yoyo irarandura
Ic'usabwa ni gupimisha ubuzima bwawe, twugare tubizibirireko
Ngaho, cuídense, pay atention, fanya hange
Ivyaduka vyarateye, keba na yo
Hakuna dawa et il y a pas de vaccin
De sida y coronavirus, ¡vete coronavirus!
Abantu ahubona ntiboroheje, bapimisha sida amaso yabo
Babony'ukirutswe na malaria, ngo urya yaramaze kwandura agakoko
Duhebe insaku no
Gutwariranir'umunwa, tuvuge ivyo twitondeye kandi tuzi
Sida yaje kugira abana bene imana
Impfuvyi, coronavirus yo ni ikirimbuzi
Ngaho, cuídense, pay atention, fanya hange
Ivyaduka vyarateye, keba na yo
Hakuna dawa et il y a pas de vaccin
De sida y coronavirus, ¡vete coronavirus!
Abantu burya natwe nyene turagoye
Twikwegera imbere y'urupfu, ho bigoye
Ndirimba mbahanura ukuntu, twoyirwanya
Nteg'amatwi utibaza kurik' utumwanya
Irinde guc'inyuma y'umufasha, wawe
Koresha ivyuma rwawe kumubiri, wawe
Komeza wipimish'uraba ubuzima, bwawe
Twugare kandi tukizibirireko
Ngaho, cuídense, pay atention, fanya hange
Ivyaduka vyarateye, keba na yo
Hakuna dawa et il y a pas de vaccin
De sida y coronavirus, ¡vete coronavirus!
Ngaho, cuídense, pay atention, fanya hange
Ivyaduka vyarateye, keba na yo
Hakuna dawa et il y a pas de vaccin
De sida y coronavirus, ¡vete coronavirus!
O que você acha desta tela e suas ferramentas? 🤔
Participar da pesquisaMais de 15 cursos com aulas exclusivas, materiais didáticos e exercícios por R$49,90/mês.
Tenha acesso a benefícios exclusivos no App e no Site
Chega de anúncios
Mais recursos no app do Afinador
Atendimento Prioritário
Aumente seu limite de lista
Ajude a produzir mais conteúdo